📌 Navigation

Project Submission Form

Woba ufise umugambi wakoze canke uriko urakorera i Burundi? Nimba uri umu diaspora Andikisha umugambi wawe maze bifashe Reta na Diaspora kumenya imigambi abarundi baba mu mahanga bamaze kurangura. Reta igomba gushika kwirabira iyo migambi mwaranguye. Tanga umwindondoro n’umugambi wawe: